Muri iryo kete ryabo bavuga ngo abakorewe jenoside nabo yahiga babaye barizize jenoside yoba ihinduye isura.
Kanda hano usome iyo baruwa irambuye.
Inkuru ya BBC.
Umugwi w’abanyarwanda 28 bacitse kw’icumu rya jenoside yabaye mu Rwanda muri 1994 bandikiye ibaruwa Perezida Paul Kagame bamushikiriza impungenge bafise ku macakubiri bavuga yuko ariko arabibwa mu barokotse jenoside. Twashatse kumenya icatumye bandika iryo kete Prudent Nsengiyumva avugana na Philippe Basabose umwe muri abo 28. Ni umwarimu muri kaminuza ya Memorial muri Canada. Kanda hano…
Muri iryo kete ryabo bavuga ngo abakorewe jenoside nabo yahiga babaye barizize jenoside yoba ihinduye isura.
Kanda hano usome iyo baruwa irambuye.
Inkuru ya BBC.
Leave a comment